Abantu bamwe batubwiyengo #kinju ntabushobozi ifise bwokwubaka inzu nkiyi !!! None ko nivyo?
@yigenga @PATTHEBURUNDIAN @akezanet
Ntihagire umuntu azobura logiciels akoresha mubari mugisata c'ubwubatsi. Turabibafashamwo
@ArchDaily
@burundionthemap
@satraco
@SatracoC
@AZplanner
@HomeforAllSMC ,@ubakanation
1
135
Kukivi, Dukora ibicapo vyiza vy'inyubakwa zigezweho.
Tel: +257 61 13 36 35
@AZplanner
@satraco
@mapestudio
@HomeforAllSMC
@ARCHICAD
1
58
Igicapo gisomeka neza ntahandi muzogisanga Atari muri AE Group.
@BmbcBi
@SatracoC
@MapStudio
@AZplanner
@PA
Replying to @PAEEJ_Burundi
@PAEEJ_Burundi urugero rwiza kungingo mufata kugira dutere imbere, nkuko harivyo mwihweje mukabikorerako n'ibi @BmbcBi umwe mubitavye ihiganwa ryogucapa @PAEEJ_Burundi tradecenter yavuze mwovyigako neza umuco ukarushiriza kuba uwukwiye.
16
















