Mutima Le Comedien (@MutimaComedien) header
Mutima Le Comedien (@MutimaComedien) profile picture

#burundiancomedy🇧🇮 #secret_garden🇧🇮 I'm proud to be Burundian Boy🇧🇮, #Comedy is my life and my pride. .🇧rand 🇦mbassador : @wasili_burundi

Burundi
Joined August 2021
Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)Photo by Mutima Le Comedien (@MutimaComedien)
Papa #Burundi arazi aho turwaye 🙏🏿 Ganza sabwa muvyeyi 🇧🇮🙏🏿 @GeneralNeva . #Burundi #mutimalecomedien #visitburundi #burundiancomedy #art – at Burundi
12
939
Les États Généraux du tourisme au Burundi édition 2024🤝 🇧🇮 Le thème : "Le tourisme, levier de la croissance économique au service d'un Burundi, Pays émergent en 2040 et Pays développé en 2060" #Burundi #Tourisme #tourismburundi #abatwip
2
6
41
1,755
Ko urukundo rwaganje Rukabaho rwatumye natwe tubaho ubu tuvugana umufasha wanje ndavuye kumuha akandi gashurwe kuba yarambereye umufasha mwiza urukundo s'uyumusi gusa kuko ndamukunda burimusi urukundo Rushasha gusumba uko iyisi ntaribwayizeko nkarindanza kugeza nuyumusi
2
1
19
1,430
Umutima wanje uguma umucagura, Akira amashurwe yawe 💐🌺 maman #CubahiroAdaChloe , #happyvalentinesday #HappyValentinesDay2024 #mutimalecomedien #pilgrim N.B: Kunda umukunzi wawe nkuko uvyiyumvamwo bishoboka kwose kuko iyo niyo #taranto yintango yivyiza yuburyohe bwiyisi yanone
2
139
Iyi #SaintValentin ya #2024 kije nkumuruturutu🤣 – at Burundi
1
2
402
Mana tuzi abantu benshi bakugize inkingi muvyabo birarama ,nanje nkugize inkingi uyumwaka w’2024 ….. #burundi #mutimalecomedien #teammutima #pilgrim #happynewyear2024 – at Burundi
1
2
13
525
Ibara riraguye kweli turahumiwe Nibintu vyukuja mukuzimu baravyugaye 🤦🏾‍♂, bamwe bahora baterera amagi mukibiyaga Ubu arareremba🙈. #mutimalecomedien #Burundi – at Kampala, Uganda
1
6
358
Muntumbero nziza yogutangura indwi neza haba harimwo gufungura neza ubwo urahawe ikaze muri #pilgrim uzonshimira warahishikiy, #restaurantpilgrim tuyisanga Centre Ville de Bujumbura Boulevard de l'Uprona En face du magasin Budget, haruguru yikiraro gica hejuru muri centre Vill.
2
164
Icitegererezo mumwuga untunze ✍️Asante Mr @KComedien kuntegurira inzira 💪vyose biriko birakunda kukubera wampagaze imbere 🫂Uhoraho akumpere vyose ushizeko umutima 🧎nivyukuri uyumwuga urahemba ✨Merci kuri vyinshi Uhora umpanura 🫂 🙏🏿. #Burundi #mutimalecomedien
2
6
1
145
4,152
Lancement aujourd’hui dans la province Muyinga les activités du flambeau de la paix 🙏. #Burundi #pilgrim #mutimalecomedien @PROVINCEMUYING4 @NtareHouse @GeneralNeva @ndayishimiye
2
323
Replying to @satb257
@satb257 & @bigfizzo1 Bafashe iyambere nkabakuru bacu Batanguye business 💪🏾🎊. Imana ihunde imigisha ibikorwa batanguye aho batanguye kubonako ejo haza amajwi yivyo bakoze arivyo bizobabeshaho batakibasha nantaryo nk'uyumusi..🧏🏿‍♂️ nakare bakwiye kuba nomubindi bicapo tutiteze
1
8
165
Hôtel, Resto-Bar #pilgrim ibifurije intango yindwi nziza🙏🏿. restaurantpilgrim tuyisanga Centre Ville de Bujumbura 17 Boulevard de l'Uprona En face du magasin Budget, haruguru yikiraro gica hejuru muri centre Ville. #Burundi #mutimalecomedien
4
295
Mukanya 12h40 abantu 3 duhura kuri restaurant #pilgrim muri buffet yaho facture je ndaza kuyiriha, #weekend gusangira nabandi biremewe, restaurantpilgrim tuyisanga Centre Ville de Bujumbura 17 Boulevard de l'Uprona En face du magasin Budget, haruguru yikiraro gica hejuru Town
1
8
309
Akenshi abantu bitega ibintu vyinshi kubandi muramaze kubonako iyo babibuze ko baca babanka 🤯🙈 📝 … #Burundi #mutimalecomedien #secretgarden
2
191
Un grand commerça Qui vande de ..........? , à rural commune gashikanwa 📝. #burundi #cochon #akabenzi #mutimalecomedien #businessman #businessmotivation #pilgrim
3
483
Uyumusi uwuzakuba hafi kukagoroba aze dusangire #pizza nzakubandi kuri #pilgrim , #restaurantpilgrim tuyisanga Centre Ville de Bujumbura 17 Boulevard de l'Uprona En face du magasin Budget, haruguru yikiraro gica hejuru muri centre Ville. #Burundi #mutimalecomedien
2
3
260