
SOCIETE POUR LA PROMOTION D'EPARGNE ET DE CREDIT. SOPEC en sigle (SOCIETE MF S.A) Lic No:007/GFC/2019 NIF:4001340589 R.C:21563/2019 [email protected]
Burundi
Joined October 2019
- Tweets772
- Following4.3K
- Followers7.2K
- Likes591
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Inyuma yo kwakira imigambwe cumi n'umwe yagiye hamwe, igafata icemezo co kudushigikira mu matora twimirije mu mwaka w' 2027, twakengurutse cane ico ciyumviro. Iyo ni intambwe yindi ya demokarasi, ishira imbere inyungu rusangi, n'ineza y'abenegihugu.
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Mfashe akanya ko gushima ukuntu witwaye neza ukemera ukagenda hagoye aharaho nkuko tubizi non Imana twari turindiriye wewe nyen ukuntu harigoye non ninyabagendwa mungu mbele
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
L’@HMKamenge a accueilli, ce lundi 17 août 2026, une équipe de la 30eme brigade #médicale de l'armée américaine basée en Europe.Cette visite, qui se déroule du 17 au 28 août 2026, s’inscrit dans le cadre du renforcement de la #coopération et du partage d’expériences entre les équipes médicales.Durant cette période, les professionnels de #santé échangeront leurs expériences et leurs connaissances dans plusieurs domaines, notamment l'#anesthésie et réanimation, les urgences, la #gynéco-obstétrique, la #chirurgie et la #dentisterie.
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Mfashe kano kanya nkeze Inaburundi mu gihe yaraye arangije ikiringo co guhimbaza yubire y'imyaka 50.
Imana ishishikare kumuhunda imigisha, imuhe amagara meza, imukomereze mu bikorwa vyiza yatanguje kubw'ineza y'abenegihugu n’igihugu cacu.
#Burundi
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Narakiriye ubutumwa imigambwe 5 yanditse.
Turatahura ko hari abantu bumvise amatora umutima utaguma hamwe;mwene abo bakeneye ikiganiro c'umuvyeyi.
Ndabahumurije nk’umuvyeyi w’Abarundi bose,na rirya nsozereye ingendo mu ntara zose ndemesha abenegihugu,na bo aho bukera nzobashikira
#Butundi: A l'occasion de la #JNP et la commemoration du feu S.E Pierre NKURUNZIZA ce 08/06/2026, @SOPEC2019MF informe que toutes les Agences offriront des services minimum de 09h30 à 12h30. Le reste sera sur @CASHTEL412040 *429#.
@amour_kwizera ,@Bellard7Berhard @BankiNkuru
1
195
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Ku bavukanyi bacu bo mw’idini rya Islam, Eid Mubarak! Imana ibahezagire.
#Burundi: On d occasion of d Ascension Day, @SOPEC2019MF wishes 2 inform its customers that on May 14, 2026, only the Head Office Branch will offer minimum deposit and withdrawal services from 9:30 A.M. to 12:30 P.M. Keep using @CASHTEL412040 for banking services. @BankiNkuru
1
60
#Burundi: Ishirahamwe ryanyu @SOPEC2019MF riramenyeshako kumunsi wa 1 Rusama amashami yaryo yose azoba yugaye. Abanywanyi bazobandanya kwikora kuri @CASHTEL412040 mubikorwa vyokubika no kubikura. *429# ukabandanya.
@amour_kwizera @Bellard7Berhard @kurikuravugwam1 @DT_Platforms
117
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
S.E @GeneralNeva votre brillante élect° comme candidat du parti @CnddFdd à l'élect° présidentielle de 2027 m'offre l'heureuse occasion de vous adresser mes plus vives félicitations. Cette élect° historique témoigne de la confiance placée en votre leadership & vision pour le pays.
Ndakengurukiye Abagumyabanga banyizeye mw’ikoraniro kaminuza ridasanzwe, bakanshira imbere nk’umukandinda wa @cnddfdd mu matora y’Umukuru w’igihugu ya 2027.
Ko twakoze mugashima, ndabemereye kubandanya ikivi,turi kumwe twese, kugira umurundi wese atunge kandi atunganirwe.
Komera!
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Au nom du peuple Burundais,je tiens à exprimer ma gratitude à tous ceux qui,de près ou de loin,nous manifestent leur solidarité suite à l’incendie survenue à un des stocks logistiques de la base militaire de Musaga
Je tiens également à vous rassurer que la situation est maîtrisée
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Kuri uno musi wa Gatanu Mweranda, nifadikanije n’umuryango wanje n’aba Kristu bo kw’isi mu mugirwa w’inzira y’umusaraba.
Ni umwanya mwiza utwibutsa ukubabara n'ugupfa kw'Umukama wacu Yezu Kristu, ukatwigisha kwihangana no kuzirikana ko kugira ushike ku vyiza, uca mu magume.
#Burundi: Muntumbero yo kwibuka imyaka 32 hagandaguwe Pr. Cyprien Ntaryamira, @SOPEC2019MF imenyesheje abanywanyi n'abarundi bose ko kuwa 6/, amashami yayo yose azokora kuva Isaha 9:30 gushika 12:30. Kubika no kubikura bizobandanya kuri @CASHTEL412040 *429#.
@amour_kwizera
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
La proclamation des résultats définitifs par la Cour Suprême de la Guinée me donne l’agréable occasion de réitérer mes chaleureuses félicitations accompagnées de vœux de succès et de prospérité à SE le Général Mamadi DOUMBOUYA, Président élu de la République de Guinée .
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Turongeye gukeza Umunyamabanga Mukuru w’umugambwe @CnddFdd n’icegera ciwe, kw’iteka basubiye guterwa inyuma ryo kwizerwa n’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe. Ico ni ikimenyetso kitabesha c’ubutwari n’ibikorwa vyiza bakorera Abagumyabanga n’Abarundi muri rusangi.
Komera !!!
SOPEC MICROFINANCE S.A retweeted
Congratulations to HE @KagutaMuseveni upon his re-election as President of the Republic of Uganda!
May your visionary leadership continues to steer the Nation forward.
Looking forward to continue working together to strengthen the longstanding bilateral ties between our countries






































